Premier League: Hategekanijwe iki mu rukurikirane rw’inkino zisozera umwaka “Boxing Day”?

Vyanditswe itariki 22.12.2017

 

Nk’uko vyama buri mwaka mw’ihiganwa Premier league ryo mu Bwongereza, imisi mikuri ya Noweli n’umwaka mushasha irangwa n’urukurikirane rw’inkino aho usanga umugwi umwumwe ukinye inkino zine, inkino zikinwa zikurikirana cane. Uwo mugenzo ushitse uno mwaka umugwi wa Manchester City wamaze kwenurira iyindi kuko uri kw’isonga n’amanota 52 mu nkino 18 ugakurikirwa n’ababanyi babo ba Manchester United bafise amanota 41 mu nkino 18 nyene. Turabire hamwe inkino zitegekanijwe mur’ico kiringo gitangura kur’uyu wa gatanu 22 Kigarama 2017 gushika kuwa 4 Nzero 2018.

 

Urukino Arsenal- Liverpool rwo kur'uyu wa gatanu 22 Kigarama (21:45) nirwo ruza kwugurura inkino z'ikiringo ca "Boxing Day" (isanamu ya foot-anglais.net)

 

Inkino z’umusi wa 19:

 

 

Inkino z’umusi wa 20:

 



Inkino z’umusi wa 21:




Inkino z’umusi wa 22:





Inkino z’umusi wa 23 w’ihiganwa zitegekanijwe kuwa 13 Nzero 2018, inyuma y’inkino za FA Cup zo kuwa 05 Nzero zizokurikirwa n’akaruhuko gatoyi.

Jason Neretse

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

Primus Ligue, umusi wa 10

Messager Bja 0-1 Rukinzo FC
Flamb. Est 0-0 Kayanza Utd
Messager N. 0-0 Olympic S.
Flamb. Centre 1-2 Ngozi City
Buja City 1-0 Bumamuru FC
Les Lierres 1-0 Athletico Ol.
Vital'O FC 1-0 LLBS4A
Musongati FC 1-4 Aigle Noir

Primus Ligue, umusi wa 11

Athletico Ol. 0-1 Flamb. Est
Buja City 0-3 Flamb. Centre
Rukinzo 3-0 Messager N.
Olympic S. 1-1 Les Lierres
Ngozi City 1-2 Aigle Noir
Vital'O FC 1-0 Bumamuru FC
LLBS4A 0-3 Musongati
Kayanza Utd 2-1 Messager Bja

 

Primus Ligue, umusi wa 11

Kuwa 14/10
Kayanza Utd 15:00 (Urukundo) Messager Bja