Football: Amazina y'abakinyi bitumwako batazobkina Mondial 2018 mu Burusia

Vyanditswe itariki 13.06.2018

 

Mu masaha make ,inkino z'igikombe c'isi kigira 21 kiratangura mu Burusia aho umugwi waho uza gutana mu mitwe na Arabie Saoudite mu rukino rwo kwugurura (17:00) tukaba mbere twarabashikirije urutonde rw’abakinyi 736 bazokwita ico gikombe. Naho ico gikombe kizobonekamwo abakinyi bakomeye cane nka Lionnel messi, Christiano Ronaldo, Neymar n’abandi, hariho abatari bake basanzwe ari bitumwako ariko bataronse ayo mahirwe, kuri bamwe bivanye n’uko imigwi yabo itaronse amatike, ku bandi nabo bivanye n’uko bakomeretse canke batashizwe ku ntonde n’abamenyereza. Turabire hamwe amazina amwamwe.

 

Abakinyi ba Chelsea Marcos Alonso na Alvaro Morata bamuka muri Espagne bari mu bakinyi bakomeye benshi batazoboneka muri Mondial 2018 (Photo: Tribuna)

 

Abakinyi batazogaragara bivanye nuko ibihugu vyabo bitabashije kuronka itike

 

Jan Oblak (Slovénie/Atletico Madrid)
Elseid Hysaj (Albanie/Naples)
Luis Antonio Valencia (Equateur/Manchester United)
Eric Bailly (Côte d'Ivoire/Manchester United)
Stefan Savic (Monténégro/Atletico Madrid)
Sokratis Papasthatopoulos (Grèce/Borussia Dortmund)
Faouzi Ghoulam (Algérie/Naples)
Naby Keita (Guinée/RB Leipzig)
Daniele De Rossi (Italie/AS Rome)
Marco Verratti (Italie/Paris SG)
Marek Hamsik (Slovaquie/Naples)
Aaron Ramsey (Pays de Galles/Arsenal)
Gareth Bale (Pays de Galles/ Real Madrid)
Jean-Michael Seri (Côte d'Ivoire/Nice)
Arda Turan (Turquie/FC Barcelone-Istanbul Basaksehir)
Riyad Mahrez (Algérie/Leicester)
Andriy Yarmolenko (Ukraine/Borussia Dortmund)
Henrikh Mkhitaryan (Arménie/Manchester United)
Wesley Sneijder (Pays-Bas/Nice-Al Gharafa)
Christian Pulisic (Etats-Unis/Borussia Dortmund)
Vincent Aboubakar (Cameroun/Porto)
Cédric Bakambu (RD Congo/Villarreal-Beijing Guoan)
Edin Dzeko (Bosnie/AS Rome)
Asamoah Gyan (Ghana/Kayserispor)
Ciro Immobile (Italie/Lazio Rome)
Cenk Tosun (Turquie/Besiktas-Everton)

 

Abakinyi batazogaragara bivanye n'ibikondoka canke kudashirwa mu ntonde z’imigwi yabo:

 

Alvaro Morata (Espagne/Chelsea)
Dani Alves (Brésil/Paris SG)
Dimitri Payet (France/Marseille)
Cesc Fabregas (Espagne/Chelsea)
Adrien Rabiot (France/Paris SG)
Alexandre Lacazette (France/Arsenal)
Sergi Roberto (Espagne/FC Barcelone)
Alex Oxlade-Chamberlain (Angleterre/Liverpool)
Aymeric Laporte (France/Manchester City)
Kingsley Coman (France/Bayern Munich)
Anthony Martial (France/Manchester United)
Marcos Alonso (Espagne/Chelsea)
Chris Smalling (Angleterre/Manchester United)
Jack Wilshere (Angleterre/Arsenal)
Shkodran Mustafi (Allemagne/Arsenal)
André Schürrle (Allemagne/Dortmund)
Fabinho (Brésil/Monaco-Liverpool)
Leroy Sané (Allemagne/ Manchester City)

Ikinyamakuru maxifoot.fr cakoze n’imigwi ibiri y’akarorero igizwe n’abakinyi batazokwitaba Mondial 2018




Amidou Hassan

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

Primus Ligue, umusi wa 6

Flamb. Est 2-1 Olympic Star
Ngozi City 1-1 Les Lierres
Flamb. Centre 0-0 Rukinzo FC
Messager Bja 1-1 Vital'O FC
Musongati FC 2-1 Buja City
Kayanza Utd 0-1 Bumamuru
Athletico Ol. 1-2 Messager N.
Aigle Noir 2-0 LLBS4A

Primus Ligue, umusi w'7

Athletico Ol. 1-1 Flamb. Centre
Messager Bja 2-2 LLBS4A
Musongati FC 1-1 Les Lierres
Messager N. 0-0 Kayanza Utd
Olympic S. 1-2 Ngozi City
Bumamuru 1-0 Flamb. Est
Vital'O FC 0-0 Buja City
Rukinzo FC 1-3 Aigle Noir