CAF: Uko inkino zo gusubira zagenze n’uko imigwi izohura mu gice ca 16 gishira icanyuma mu mahiganwa za Champions League na Confederation Cup

Vyanditswe itariki 24.02.2018

 

Inkino zo gusubiriza mu mahiganwa ya CAF Champions League na CAF Confederation Cup zakinywe kuwa kabiri no kuwa gatatu amagenekerezo ya 20 na 21 Ruhuhuma. Nk’uko twagiye turabigarukako, umugwi LLBS4A wari wasurikiye Uburundi muri Champions League warasezeye ihiganwa utsinzwe na Rayon Sports wo mu Rwanda 1-0 mu rukino rwo gusubiriza i Bujumbura (1-1 i Kigali), Olympic Star nawo wari waserukiye Uburundi muri Confederation Cup uronka amagirwe yo kubandanya wirahiye Etoile Filante i Ouagadougou 1-0 (0-0 i Bujumbura). Tugaruke ku vyavuye mu nkino zose zari zitegekanajwe n’uko imigwi izohura mu gice gikurikira.

 

Abakinyi b'Abarundi bo muri Rayon Sports nka Shassir Nahimana yahaye Hussein Shabani umupira uvyara igitsindo, bazobandanya ihiganwa rya CAF Champions League inyuma yo gusezerera bagenzi babo ba LLBS4A

 

Uko inkino zagenze muri Champions League n’uko imigwi izohura

 

Kuwa 20 Ruhuhuma 2018:

Williamsville AC (Cote d’Ivoire) 1-0 Stade Malien (Mali) (1-1)
Olympic de Bangui (Centrafrique) 0-0 ES Setif (Algérie) (0-6)
El Hilal (Sudan) 3-0 LISCR (Liberia) (0-1)

Kuwa 21 Ruhuhuma 2018:

KCCA (Ouganda) 1-0 CNaPs Sport (Madagascar) (1-2)
Mbabane Swallows (Swaziland) 1-3 Bantu (Lesotho) (4-2)
Aduana (Ghana) 2-0 El Tahadi (Libye) (0-1)
Mounana (Gabon) 2-0 RC Kadiogo (Burkina Faso) (0-1)
MFM (Nigeria) 1-0 AS Real (Mali) (1-1)
MC Alger (Algérie) 9-0 AS Otoho (Congo) (0-2)
Horoya (Guinea) 0-0 AS FAN (Niger) (3-1)
Makkassa (Egypte) 0-0 Generation Foot (Sénégal) (0-2)
Saint Louis (Seychelles) 1-1 Young Africans (Tanzania) (0-1)
El Merreikh (Soudan) 2-1 Township Rollers (Botswana) (0-3)
Leones Vegatarianos (Guinée Equatoriale) 1-1 Gor Mahia (Kenya) (0-2)
Esperance (Tunisie) 5-0 Concorde (Mauritanie) (1-1)
Eding Sport (Cameroon) 0-1 Plateau United (Nigeria) (0-3)
AS Port (Togo) 2-1 (4-3 tab) AC Leopards (Congo) (1-2)
Zesco (Zambie) 7-0 JKU (Zanzibar) (0-0)
ASEC Mimosas (Cote d’Ivoire) 3-2 Buffles (Bénin) (1-1)
UD Songo (Mozambique) 2-0 Ngaya (Comores) (1-1)
Be Forward (Malawi) 1-2 AS Vita (RD Congo) (0-4)
FC Platinum (Zimbabwe) 1-2 Primeiro de Agosto (Angola) (0-3)
Pamplemousses (Ile Maurice) 1-0 Bidvest (Afrique du Sud) (0-2)
Difaa El Jadida (Maroc) 10-0 Benfica (Guinée Bissau)
Benfica (Guinée Bissau) 0-0 Difaa El Jadida (Maroc) (0-10)
Lydia Ludic (Burundi) 0-1 Rayon Sports (Rwanda) (1-1)

Uku niko imigwi izohura mugice ca 16 gishira icanyuma,imigwi izosezererwa izoca ikina inkino za « cadrage » mu kurondera itike ryo gukina mu matsinda y’igikombe ca Confederation:

Saint George (Ethiopie) vs KCCA (Ouganda)
Wydad Athletic Club (Maroc) vs Williamsville AC (Cote d’Ivoire)
Aduana (Ghana) vs ES Setif (Algerie)
Al Ahly (Egypte) vs Mounana (Gabon)
MFM (Nigéria) vs MC Alger (Algérie)
Horoya (Guinée) vs Generation Foot (Sénégal)
Young Africans (Tanzanie) vs Township Rollers (Botswana)
Gor Mahia (Kenya) vs Esperance (Tunisie)
Etoile du Sahel (Tunisie) vs Plateau United (Nigéria)
AS Togo Port (Togo) vs El Hilal (Soudan)
Zesco (Zambie) vs ASEC Mimosas (Cote d’Ivoire)
TP Mazembe (RD Congo) vs UD Songo (Mozambique)
Difaa Hassan (Maroc) vs AS Vita (RD Congo)
Primeiro de Agosto (Angola) vs Bidvest (Afrique du Sud)
Rayon Sports (Rwanda) vs Mamelodi Sundowns (Afrique du Sud)
Armed Forces (Gambie)/Zanaco (Zambie) vs Mbabane Swallows (Swaziland)

 

Uko inkino zagenze muri Confederation Cup n’uko imigwi izohura

 

Kuwa 20 Ruhuhuma 2018

Masters Security (Malawi) 0-0 Petro Atletico (Angola) (0-5)
Cape Town City (Afrique du Sud) 1-0 Young Buffaloes (Swaziland) (1-0)
Hafia (Guinée) 1-1 Energie (Bénin) (0-1)
Anse Reunion (Seychelles) 1-2 APR (Rwanda) (0-4)
Port Louis (Ile Maurice) 4-1 Ngazi Sport (Comores) (1-1)
Deportivo Niefang (Guinée Equatoriale) 1-0 New Stars (Cameroun) (1-2)
CS la Mancha (Congo) 1-0 Tanda (Cote d’Ivoire) (0-0)
CR Belouizdad (Algérie) 2-0 Onze Createurs (Mali) (1-1)
Green Buffaloes (Zambie) 2-1 El Masry (Egypte) (0-4)
Gendarmerie (Djibouti) 0-1 Simba (Tanzanie) (0-4)

Kuwa 21 Ruhuhuma 2018

Jwaneng (Botswana) 0-1 Costa do Sol (Mozambique) (0-1)
FOSA Juniors (Madagascar) 0-0 AFC Leopards (Kenya) (1-1)
Maniema Union (DR Congo) 1-1 Mangasport (Gabon) (1-0)
Etoile Filante (Burkina Faso) 0-1 Olympic Star (Burundi) (0-0)
Hawks (Gambie) 0-2 Akwa United (Nigeria) (2-1)
Sahel (Niger) 0-3 Al Ittihad (Libye) (0-1)
CARA (Congo) 1-0 (7-6 tab) Asante Kotoko (Ghana) (0-1)
Mbour Petite Cote (Senegal) 1-1 RS Berkane (Maroc) (1-2)
FC Nouadhibou (Mauritanie) 1-0 Africa Sports (Cote d’Ivoire) (1-1)
Wolaitta Dicha (Ethiopie) 1-0 Zimamoto (Zanzibar) (1-1)

Uku niko izohura mu gice ca 16 gishira icanyuma:

Petro Atletico (Angola) vs Supersport (South Africa)
Costa Do Sol (Mozambique) vs Cape Town (South Africa)
Energie (Benin) vs Enyimba (Nigeria)
Djoliba (Mali) vs APR (Rwanda)
Port Louis (Mauritius) vs FOSA Junior (Madagascar)
AS Maniema (RD Congo) vs USM Alger (Algeria)
Olympic (Burundi) vs Hilal Obied (Sudan)
Motema Pembe (DR Congo) vs Deportivo Niefang (Equatorial Guinea)
La Mancha (Congo) vs Ahly Shandy (Sudan)
Al Ittihad (Libya) vs Akwa United (Nigeria)
CARA (Congo) vs US Ben Guerdane (Tunisia)
CR Belouizdad (Algeria) vs Nkana (Zambia)
Simba (Tanzania) vs El Masry (Egypt)
RS Berkane (Morocco) vs Club Africain (Tunisia)
Raja Club Athletic (Morocco) vs Nouadhibou (Mauritania)
Wolaitta Dicha (Ethiopia) vs Zamalek (Egypt)

Mwomenya ko inkino zambere z'igice ca 16 gishira icanyuma zizokinwa ku magenekerezo ya 6-7 Ntwarante, urwa Olympic Star – Al Hilal Obeid rukaba rutegekanijwe kuwa 7/3/2018 kuri Stade urukundo I Ngozi. Inkino zo gusubiriza nazo zizokinwa hagati y'amagenekerezo ya 16-17 Ntwarante 2018.

Amidou Hassan

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

Primus League, umusi wa 28

Les Lierres 1-0 Athletico Ol.
Flamb. Est 1-2 Les Jeunes
Musongati FC 2-2 Messager Bja
Vital'O FC 8-0 Delta Star
Olympic Star 1-0 Buja City
Inter Star 0-0 LLBS4A
Ngozi City 1-2 Messager N.
Flamb. Centre 4-4 Aigle Noir