Imigwi yagiye iratwara ihiganwa ry’icicaro cambere c’umupira w’amaguru mu Burundi kuva ritangura mu 1963

Vyanditswe itariki 17.12.2016

 

Mwoba muzi imigwi yagiye iratwara ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu Burundi mu cicaro cambere ? Kur’uno musi,Ikinyamakuru canyu cashimye kugaruka kuri kahise k’ihiganwa mu kubashikiriza imigwi yagiye iraritwara kuva mu mwaka w’1963 aho ryatangura.

 

1963: Stella Matutina FC
1964: Stella Matutina FC
1965: Maniema Fantastique (Bujumbura)
1966: Maniema Fantastique (Bujumbura)
1967: Maniema Fantastique (Bujumbura)
1968: Maniema Fantastique (Bujumbura)
1969: Espoir FC
1970: Inter FC (Bujumbura)
1971: TP Bata (Bujumbura)
1972: BS Dynamik New Look (Bujumbura)
1973: Ihiganwa ntiryabaye
1974: Inter FC (Bujumbura)
1975: Inter FC (Bujumbura)
1976: Prince Louis FC (Bujumbura)
1977: Inter FC (Bujumbura)
1978: Inter FC (Bujumbura)
1979: Vital’O FC (Bujumbura)
1980: Vital’O FC (Bujumbura)
1981: Vital’O FC (Bujumbura)
1982: Maniema Fantastique (Bujumbura)
1983: Vital’O FC (Bujumbura)
1984: Vital’O FC (Bujumbura)
1985: Inter FC (Bujumbura)
1986: Vital’O FC (Bujumbura)
1987: Inter FC (Bujumbura)
1988: Inter FC (Bujunbura)
1989: Inter FC (Bujumbura)
1990: Vital’O FC (Bujumbura)
1991: AS InterStar (Bujumbura)
1992: AS InterStar (Bujumbura)
1993: Ihiganwa ryarahagaze
1994: Vital’O FC (Bujumbura)
1995: Maniema Fantastique (Bujumbura)
1996: Vital’O FC (Bujumbura)
1997: Maniema FC (Maniema)
1998: Vital’O FC (Bujumbura)
1999: Vital’O FC (Bujumbura)
2000: Vital’O FC (Bujumbura)
2001: Prince Louis FC (Bujumbura)
2002: Muzinga FC (Bujumbura)
2003: Ihiganwa ryarahagaze
2004: Atlético Olympic FC (Bujumbura)
2005: AS InterStar (Bujumbura)
2006: Vital’O FC (Bujumbura)
2007: Vital’O FC (Bujumbura)
2008: AS InterStar (Bujumbura)
2009: Vital’O FC (Bujumbura)
2010 : Vital’O FC (Bujumbura)
2010-2011 : Atlético Olympic FC (Bujumbura)
2011-2012 : Vital’O FC (Bujumbura)
2012-2013 : Flambeau de l'Est (Ruyigi)
2013-2014 : LLB Académic (Bujumbura)
2014-2015 : Vital’O FC (Bujumbura)
2015-2016 : Vital’O FC (Bujumbura)

Mu mateka y’ihiganwa ry’icicaro ca mbere , umugwi wa Vital’o Fc, kera wahora witwa TP Bata niwo umaze gutahukana ibikombe vyinshi (20) . Uko imigwi irutana gutahukana ibikombe :

UmugwiIbikombeUmwaka wanyuma watahukanye igikombe
1Vital’O FC canke TP Bata202016
2Inter FC91989
3Maniema Fantastique61995
4AS Inter Star42008
5Athlético Olympic22011
5Prince Louis22001
5Stella Matutina21964
8LLB Académic12014
8Flambeau de l’Est12013
8Muzinga12002
8Maniema FC11997
8BS Dynamic New Look11972
8Espoir FC11969

 

Amidou Hassan

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

Primus Ligue, umusi wa 1

Flamb. Centre 0-1 Messager Bja

 

Primus Ligue, umusi wa 1

Kuwa 18/08
Bumamuru 13:00 (Buganda) Rukinzo
Athletico Ol. 15:00 (Buganda) Ngozi City
Aigle Noir 15:00 (Gitega) Vital'O FC
Kayanza Utd 15:00 (Urukundo) Les Lierres
Kuwa 19/08
Musongati 15:00 (Gitega) Olympic S.
Buja City 15:00 (Buganda) LLBS4A
Messager N. 15:00 (Urukundo) Flamb. Est