CAN U23 / Misiri 2019: Urutonde rw'abakinyi 31 b'intamba U23 bagiye kwitegurira gukina na Tanzania mu kwezi kwa Munyonyo

Vyanditswe itariki 21.10.2018

 

'Staff' y'ubuhinga y'umugwi nserukiragihugu w’abadashikana imyaka 23 irongowe na Bipfubusa Joslin afadikanije na Ntakagero Omar hamwe na Amidou Hassan yashize ahabona urutonde rw'abakinyi 31 bagiye gutangura imyimenyerezo itegura inkino 2 zizohuza Uburundi na Tanzania hagati y'amagenekerezo ya 14/11 i Bujumbura n’irya 20/11/2018 i Dar es Salaam. Inkino za nyuma za CAN U23 zizobera mu gihugu ca Misiri muri 2019.

 

 

Abakinyi 31 batumweko ni:

 

I. Abanyegori :

1. Rukundo Onesime(Messager Ngozi)
2. Mutombora Fabien(Vipers-Uganda)
3. Ntibahezwa Dieudonné(Zesco Utd-Zambie)

Il. Abakinyi bakina inyuma

4. Selemani Mustapha(Aigle noir)
5. Ndoriyobija Eric (Stand Utd-Tanzania)
6. Murryango Moussa(Vital'o Fc)
7. Bigirimana Seraphin(Aigle noir)
8. Ndizeye Eric(Musongati Fc)

IlI. Abakinyi b’inyuma ku mpande (Latéraux):

9. Bigirimana Ramadhan (Stand Utd-Tanzania)
10. Nahimana Ramadhan (Messager Bujumbura)
11. Nahimana Steve (Kayanza Utd)
12. Ndaye Chancel (Rukinzo Fc)
13. Ndikumana Trésor(Amagaju-Rwanda)
14. Hakizimana Héritier(Aigle noir)

IV. Abakinyi bakina hagati:

15. Ndayishimiye Yussuf Nyange (Aigle noir)
16. Muryango Mabano Shabani (Aigle noir)
17. Nshimirimana Jospin (Aigle noir)
18. Musore Aaron (Musongati Fc)
19. Bayizere Olivier (Messager Ngozi)
20. Ndayiragije Emmanuel (KMC-Tanzania)
21. Mbirizi Eric (Stand Utd-Tanzania)
22. Bigirimana Abedi (Rukinzo Fc)

V. Abasatirizi:

23. Kanakimana Bienvenue (Aigle noir)
24. Ramadhan Pascal (Musongati Fc)
25. Iddy Museremu (Messager Ngozi)
26. Nshimirimana Abassi (Black bull-Mozambique)
27. Bimenyimana Bonfils Caleb (Rayon sports-Rwanda)
28. Shaka Bienvenue (Etoile du sahel - Tunisia)
29. Irakoze Saidi (Musongati Fc)
30. Kitenge Alexis (Stand Utd-Tanzania)
31. Mavugo Cédric (Aigle noir)

Imyimenyerezo izotangura kur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 23/10/2018 igihe c'isaha imwe n'igice (7h30') ku kigo kijejwe ubuhinga i Bujumbura (CTN).

 

 

Jason Neretse

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

Primus Ligue, umusi wa 13

Rukinzo FC 1-2 Buja City
Les Lierres 0-0 Bumamuru FC
Flamb. Centre 1-1 Flamb. Est
Aigle Noir 7-0 Athletico Ol.
Messager Bja 1-2 Messager N.
Vital'O FC 3-0 Ngozi City
LLBS4A 0-0 Olympic S.
Musongati 1-0 Kayanza Utd

Primus Ligue, umusi wa 14

Flamb. Est 0-1 Buja City
Flamb. Centre 1-2 Kayanza Utd
Olympic S. 3-1 Athletico Ol.
Ngozi City 1-1 Messager Bja
Vital'O FC 1-0 Musongati FC
Messager N. 2-1 Bumamuru FC
Aigle Noir 2-0 Les Lierres
LLBS4A 1-0 Rukinzo FC