Intamba Mu Rugamba: Abakinyi binjiye mu mwiherero wo kwitegurira inkino za CHAN 2018

Vyanditswe itariki 01.02.2017

 

Ku musi w’ejo igenekerezo rya 31 Nzero niho umumenyereza mukuru w’Intamba Mu Rugamba Niyungeko Alain Olivier yashira ku mugaragaro urutonde rw’abakinyi bagiye kwitegurira inkino zo kurondera itike rya CHAN 2018 zizotangura kuwa 20 Ndamukiza uno mwaka. Ico gikombe gihuza imigwi nserukirabihugu igizwe n’abakinira mu mahiganwa y’iwabo zizobera mu gihugu ca Kenya mu mwaka w’2018. Umumenyereza Olivier Niyungeko akaba yari yaraye yizewe kubandanya ayo mabanga afashijwe n’icegera Bipfubusa Joslin hamwe na Amidou Hassan nk’umumenyereza w’abanyegori.

 

Abamenyereza Olivier Niyungeko, Joslin Bipfubusa na Amidou Hassan bamaze gutangura ikivi co gutegura umugwi wa CHAN 2018

 

Abakinyi batumweko batanguye umwiherero wo kwimenyereza kur’uyu wa 01 Ruhuhuma ku kibuga c’ikigo c’Ubuhinga mu Ngagara

 

Abanyegori :

1. MUTOMBO Fabien / LLB
2. RUGUMANDIYE Yvan / Musongati Fc
3. NDIKURIYO Patient / Aigle Noir

Abakinyi bakina inyuma (Défenseurs centraux) :

1.Suleyman MUSTAPHA / Aigle noir
2. MOUSSA Omar / Athletico olympic
3. NDAYISENGA Dounia / Musongati Fc
4. NDORIYOBIJA Eric Evrard / LLB
5. AMISSI Moussa / Inter star

Abakinyi bakina kumpande inyuma (Les latéraux) :

1.NDAYE Chancel / LLB
2. RAMADHANI Jumaine/Messager Buja
3. KAMWANGA Etienne / Flambeau de l’Est
4. HARERIMANA Rashid Léon / LLB
5. KASHINDI Joseph / Inter star

Abakinyi bo hagati (Les milieux ) :

1.BARIRENGAKO Franck / Musongati Fc
2. NDIKUMANA Moussa / Athletico olympic
3. NDIKUMANA Trésor / LLB
4. RAMADHANI Saleh / Messager Buja
5. NDAYISHIMIYE Yousouf Nyange/ Aigle Noir
6. NTIRWAZA Sudi / Musongati Fc
7. MBIRIZI Eric / Buja City

Abasatirizi (Les attaquants) :

1.NZOMUKUNDA Fiston / Inter star
2. NDIKUMANA Magloire / Olympic Star
3. NDARUSANZE Claude / LLB
4. NDIZEYE Tachi / Musongati Fc
5. HABONIMANA Célestin / LLB
6. NDIZEYE Seif Thomson / LLB
7. HAKIZIMANA KITENGE Alexis / Athletico olympic

Menya neza : Abakinyi bava mu migwi ya Vital’o Fc hamwe na Messager Ngozi bazokwinjira muri uwo migwi inkino zabo z’igikombe ca Champions League hamwe n’igikombe ca CAF zirangiye.

 

 

Jason Neretse

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

Primus Ligue, umusi wa 26

Rukinzo FC 1-1 Flambeau
Bumamuru FC 1-0 Vital'O FC
Messager N. 1-0 LLBS4A
Aigle Noir 2-3 Olympic S.
Musongati 1-1 Flamb. Centre
Messager Bja 1-0 Kayanza Utd
Ngozi City 1-0 Athletico Ol.
Les Lierres 1-2 Buja City

Primus Ligue, umusi wa 27

Flamb. Centre 2-3 Bumamuru
Vital'O FC 2-1 Kayanza Utd
AIgle Noir 0-2 Rukinzo FC
Flamb. Est 2-1 Athletico Ol.
Buja City 0-0 Messager N.
Ngozi City 0-0 LLBS4A
Musongati FC 1-0 Messager Bja
Les Lierres 3-2 Olympic S.