Football: Abakinyi b’Intamba mu Rugamba Senior bagiye gutegura urukino rwa Gabon bamenyekanye

Vyanditswe itariki 08.08.2018

 

Umumenyereza mukuru w'intamba mu Rugamba Alain Olivier Niyungeko afadikanije na komisiyo ijejwe ubuhinga hamwe na staff yiwe y'ubuhinga bashize ahabona urutonde rw'abakinyi 43 bagiye gutangura imyimenyerezo mu kwitegurira urukino na Gabon rwo kurondera itike rya CAN2019, rukaba rutegekanijwe mu kwezi kuza kwa Nyakanga 2018. Abakinyi 17 bakinira mu Burundi, 26 bava mu bindi bihugu. Abakinyi basanzwe bakinira mu Burundi n'abandi bari mu karuhuko batanguye imyimenyerezo kur'uno w'8/8/2018 kuri CTN.

 

Mu rukino rwambere rw'itsinda (Burundi,Mali,Gabon,Sudan du Sud), Uburundi bwatsinze SUdan du SUd 3-0 i Bujumbura

 

Abakinyi 17 bakinira mu Burundi:

 

1.Nahimana Jonathan/ Vital'o Fc
2.Rukundo Onesime/Messager Ngozi
3. Ndaye Chancel/Rukinzo Fc
4. Mubango Trésor/Musongati
5. Ndoriyobija Eric /LLB S4a- Stand Utd
6. Mustapha Selemani / Aigle noir
7. Bigirimana Ramadhan / Aigle noir-Stand Utd
8.Kiza Fataki / Vital'o Fc
9. Muryango Mabano /Aigle noir
10. Ndayishimiye Yussuf Nyange/ Aigle noir
11. Akimana Trésor / Musongati Fc
12.Mbirizi Eric / Buja city - Stand United
13. Kanakimana Bienvenue/ Aigle noir
14. Idi Museremu / Messager Ngozi
15. Bayizere Olivier / Messager Ngozi
16. Urasenga Cédric Dany Kagabo / Messager Ngozi
17. Ndizeye Seif Thomson/ LLB S4a

 

Abakinyi 26 bava mu mahanga ni:

 

1. Ndikumana Justin batazira Kabengele / Fc Lupopo - RDC
2. Hezwa Dieudonné / Zesco United - Zambia
3. Nsabiyumva Frédéric / Chippa United - South afrika
4. Nshimirimana David / Mukura Victory sport- Rwanda
5. Moussa Omar / Ac Léopards - Kenya
6. Ngando Omar/ As Kigali- Rwanda
7. Nduwarugira Christophe / Uniao de Madeira- Portugal
8. Harerimana Rachid Léon / LLB S4a - Rayon sports.
9. Ndikumana Trésor / Amagaju Fc- Rwanda
10. Kwizera Pierre / Rayon sports- Rwanda
11. Duhayindavyi Gaël / Mukura Victory sport- Rwanda
12. Nahimana Shasir / - Oman
13. Bigirimana Gaël / Motherwell-Ecosse(2e Div.)
14. Amissi Cédric / Al-Taawoun - Arabia Saoudite
15. Mustafa Francis / Gor mahia - Kenya
16. Saido Berahino / Stoke city - England
17. Mavugo Laudit / -
18. Abdoul Fiston / JS Kabylie - Algeria
19. Shabani Hussein/ Baroka Fc - South afrika
20. Shaka Bienvenue / Étoile du Sahel - Tunisia
21. Ndikumana Yamin Selemani / El Messaimer - Qatar
22. Ngama Emmanuel/ As Kigali - Rwanda
23. Kitenge Alexis / Stand United - Tanzania
24. Barirengako Franck / Musanze Fc- Rwanda
25. Ndarusanze Jean-Claude / As Kigali - Rwanda
26. Nsabumukama Enock / Zesco United - Zambia.

Jason Neretse

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

Primus Ligue, umusi wa 13

Rukinzo FC 1-2 Buja City
Les Lierres 0-0 Bumamuru FC
Flamb. Centre 1-1 Flamb. Est
Aigle Noir 7-0 Athletico Ol.
Messager Bja 1-2 Messager N.
Vital'O FC 3-0 Ngozi City
LLBS4A 0-0 Olympic S.
Musongati 1-0 Kayanza Utd

Primus Ligue, umusi wa 14

Flamb. Est 0-1 Buja City
Flamb. Centre 1-2 Kayanza Utd
Olympic S. 3-1 Athletico Ol.
Ngozi City 1-1 Messager Bja
Vital'O FC 1-0 Musongati FC
Messager N. 2-1 Bumamuru FC
Aigle Noir 2-0 Les Lierres
LLBS4A 1-0 Rukinzo FC