Karaté: Abanonotsi 3 baserukiye Uburundi muri Croitia mu nkino zitegura « Jeux Olympiques de la Jeunesse »

Vyanditswe itariki 28/06/2018 isaha 1:20:55

 

Gilbert, Elvis, Fiston baherekejwe na Christophe Nkurunziza « Kime » hamwe na Mathias yaserukiye Ubushikiranganji bw'Inkino n'imicokama bagiye guserukira Uburundi mu gisagara ca UMAG muri Croatia mu nkino zo kurondera ibibanza vyiza vyo kwitabira inkino zanyuma za 'Jeux Olympiques de la Jeunesse' zizobera i Buenos Aires ( Argentine) mu kwezi kwa Gitugutu 2018.


 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Primus Ligue, umusi wa 1

Flamb. Centre 0-1 Messager Bja

 

Primus Ligue, umusi wa 1

Kuwa 18/08
Bumamuru 13:00 (Buganda) Rukinzo
Athletico Ol. 15:00 (Buganda) Ngozi City
Aigle Noir 15:00 (Gitega) Vital'O FC
Kayanza Utd 15:00 (Urukundo) Les Lierres
Kuwa 19/08
Musongati 15:00 (Gitega) Olympic S.
Buja City 15:00 (Buganda) LLBS4A
Messager N. 15:00 (Urukundo) Flamb. Est