Football: Karumba Jean batazira Tigana yashize umukono ku masezerano yo kumenyereza Inter star umwaka umwe

Vyanditswe itariki 25/06/2018 isaha 23:47:54

 

Kur'uno wa mbere igenekerezo rya 25/6/2018 niho indongozi nshasha z'umugwi wa Inter star wakorotse mu cicaro ca kabiri zasinyisha umumenyereza mushasha,uwo nawe akaba azwi kw'izina rya Karumba Jean batazira Tigana umwaka uheze yari icegera ca Mwilambwe Kazadi mu mugwi wa Messager Bujumbura. Coach Tigana yaciye mu migwi itandukanye nka Rusizi fc (2e div), olympic star (1ere div), Muungano w'i Bukavu muri Rdc (1ere div) Elite Fc (2e division), Arafat (3e div.). Mwomenya kandi ko yamenyereje imigwi yose y'ishure ry'umupira w'amaguru Le Messager.




 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Primus Ligue, umusi wa 10

Messager Bja 0-1 Rukinzo FC
Flamb. Est 0-0 Kayanza Utd
Messager N. 0-0 Olympic S.
Flamb. Centre 1-2 Ngozi City
Buja City 1-0 Bumamuru FC
Les Lierres 1-0 Athletico Ol.
Vital'O FC 1-0 LLBS4A
Musongati FC 1-4 Aigle Noir

Primus Ligue, umusi wa 11

Athletico Ol. 0-1 Flamb. Est
Buja City 0-3 Flamb. Centre
Rukinzo 3-0 Messager N.
Olympic S. 1-1 Les Lierres
Ngozi City 1-2 Aigle Noir
Vital'O FC 1-0 Bumamuru FC
LLBS4A 0-3 Musongati
Kayanza Utd 2-1 Messager Bja

 

Primus Ligue, umusi wa 11

Kuwa 14/10
Kayanza Utd 15:00 (Urukundo) Messager Bja