FFB: Abakinyi 32 baheruka guhamagarwa mu mugwi nserukiragihugu w’abatarenza imyaka 20

Vyanditswe itariki 24/02/2018 isaha 21:46:38

 

Nk’uko twari twabibamenyesheje, umugwi w’ubuhinga muri FFB waratanguje igikorwa co gutegura imigwi nserukiragihugu y’abatarenza imyaka 20 n’abatarenza imyaka 23. Ico gikorwa cakozwe n’umugwi w’ubuhinga ufadikanije n’abamenyereza bo mu cicaro cambere caravuyemwo amazina 32 y’abakinyi baraye bahamagawe gutegura umugwi w’abatarenza imyaka (U20) wimirije amahiganwa ashobora gutangura mu kwezi kwa Ndamukiza 2018. Abo bakinyi n’aba bakurikira bakazomenyerezwa na Bipfubusa Joslin afashijwe na Vivier Bahati hamwe na Amidou Hassan ku banyegori :

01. RUKUNDO Onesime (MESSAGER NGOZI)
02. NDUWIMANA Haile Shalom (NGOZI CITY)
03. NDIKURIYO Patient (AIGLE NOIR)
04. SELEMANI Moustafa (AIGLE NOIR)
05. MURYANGO Moussa (VITAL’O)
06. NDORIYOBIJA Eric (LLB)
07. NDIZEYE Eric (MUSONGATI)
08. VYIZIGIRO Lewis (MESSAGER NGOZI)
09. BIGIRIMANA Ramadhan (AIGLE NOIR)
10. KASHINDI Joseph (VITAL’O)
11. NIRAGIRA Ramadhan (ATHLETICO)
12. NDAYE Chancel (LLB)
13. MBIRIZI Eric (BUJA CITY)
14. MURYANGO MABANO Shabani (AIGLE NOIR)
15. NDABADUGITSE Saloum (LES LIERRES)
16. NAHIMANA Guy (BUJA CITY)
17. NDAYISHIMIYE Youssouf Nyange (AIGLE NOIR)
18. DJUMA Muhamed (MUSONGATI)
19. NIYONKURU Karim (FLAMBEAU DU CENTRE)
20. NDIKUMANA Magloire (OLYMPIC STAR)
21. NSENGIYUMVA Rahim (MESSAGER NGOZI)
22. YAHYA Sadiki (FLAMBEAU DU CENTRE)
23. KWIZERA Eric (LES LIERRES)
24. ULIMWENGU Jules (LLB)
25. SHAKA Bienvenue (AIGLE NOIR)
26. MAVUGO Cedric Titi (AIGLE NOIR)
27. SLIM Saidi (OLYMPIC STAR)
28. GAKIZA Aime (MESSAGER BUJA)
29.IRAKOZE Pavel (NGOZI CITY)
30.EZA Armel (NGOZI CITY)
31.KAMWANGA Etienne (FLAMBEAU DE L’EST)
32.RAMADHAN Pascal (OLYMPIC STAR



Joslin Bipfubusa asanzwe amenyereza abakinyi bakiri bato benshi muri Aigle Noir niwe yagenywe ngo amenyereze umugwi nserukiragihugu wa U20


 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Mondial 2018, Itsinda A

Russie 5-0 Arabie S.
Egypte 0-1 Uruguay

Mondial 2018, Itsinda B

Maroc 0-1 Iran
Portugal 3-3 Espagne

Mondial 2018, Itsinda C

France 2-1 Australie
Pérou 0-1 Danemark

Mondial 2018, Itsinda D

Argentine 1-1 Islande
Croatie 2-0 Nigeria

Mondial 2018, Itsinda E

Costa Rica 0-1 Serbie
Bresil 1-1 Suisse

Mondial 2018, Itsinda F

Allemagne 0-1 Mexique
Suède 1-0 Corée du Sud

Mondial 2018, Itsinda G

Belgique 3-0 Panama
Tunisie 1-2 Angleterre

Mondial 2018, Itsinda H

Colombie 1-2 Japon
Pologne 1-2 Sénégal

Mondial 2018, Itsinda A

Russie 3-1 Egypte
Uruguay 1-0 Arabie S.

Mondial 2018, Itsinda B

Portugal 1-0 Maroc
Iran 0-1 Espagne

 

Mondial 2018

Kuwa 21/06, Itsinda C
Danemark 14:00 Australie
France 17:00 Pérou
Kuwa 21/06, Itsinda D
Argentine 20:00 Croatie