Football: Abagize umugwi w’Ubuganda ugiye kwitegurira inkino za CECAFA Senior

Vyanditswe itariki 27/11/2017 isaha 17:29:59

 

Umugwi nserukiragihugu w’Ubuganda, Uganda Cranes, ari nawo watahukanye igikombe giheruka ca CECAFA Senior Challenge Cup, uzotangura imyimenyerezo kur’uyu wa gatatu 29 Munyonyo mu ntumbero yo kwitegurira igikombe ca CECAFA 2017 kizoba kuva kuwa 3 gushika kuwa 17 Kigarama muri Kenya.

Abakinyi 26 batumweko mu myiteguro ni:

Abanyegori 4: Isma Watenga (Vipers SC), Benjamin Ochan (KCCA FC), Nichoals Sebwato (Onduparaka FC) Ikara Tom (Kirinya Jinja SS)

Abakinyi bandi 22: Wadada Nicholas (Vipers SC), Kiyemba Ibrahim (Sc Villa Jogoo), Isaac Muleme (KCCA FC), Aggrey Madoi (Police FC), Juuko Murushid Simba-Tanzania), Timothy Awanyi (KCCA FC), Savio Kabugo (Proline FC), Bernard Muwanga (Sc Villa Jogoo), Tom Masiko (Vipers SC), Mutyaba Muzamiru (KCCA FC), Tadeo Lwanga (Vipers SC), Albert Mugisa (Police FC), Karisa Milton (Vipers SC), Mucureezi Paul (KCCA FC), Allan Kateregga (KCCA FC), Allan Kyambadde (Sc Villa Jogoo), Nelson Senkatuka (Bright Stars FC), Derick Nsibambi (KCCA FC), Hood Kaweesa (Police FC), Batte Seif (Bright Stars FC), Saddam Juma (KCCA FC), Daniel Isiagi (Proline FC), Basse Methodious (Mbarara City FC).


Umugwi w’Ubuganda watwaye igikombe mu 2015

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Primus League, umusi wa 16

Flamb. Est 2-0 LLBS4A

 

Primus League, umusi wa 16

Kuwa 20/01
Les Jeunes 16:00 (PLR) Messager Bja
Kuwa 21/01
Les Lierres 14:00 (PLR) Musongati
Athletico Ol. 16:00 (PLR) Inter Stars
Olympic S. 15:00 (Muyinga) Ngozi City
Aigle Noir 15:00 (Gitega) Delta Star
Vital'O FC 15:00 (Rumonge) Flamb. Centre
Flamb. Est 15:00 (Ruyigi) Messager N.