FFB: Amazina y’abitoza mu bibanza vy’urwego nyobozi yamenyekanye

Vyanditswe itariki 22/09/2017 isaha 23:21:35

 

Inyuma y’amatora yo ku nzego z’ama communes n’intara yatunganijwe mu mezi aheze, mu kwezi kuza kwa Gitugutu (itariki 8) niho hazotunganywa amatora yo guhindura urwego nyobozi rw’ishiramwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi. Amazina y’abitoza mu bibanza bitandukanye nayo yamaze kumenyekana akaba ar’aya akurukira:

1. Umuyobozi: Hon. Réverien Ndikuriyo na OPC1 Alexandre Muyenge « Manalex »

2. Icegera cambere : Habimana Aimable Marandura, Ryivuze Appolinnaire Bayano na Nzisabira Hussein Muzba

3. Icegera ca kabiri : Samugabo Mustafa, Rwabayinkovu Emile, Nimubona Arcade

4. Igisata co gutunganya amahiganwa: Mossi Youssouf

5. Igisata c’urwaruka: Hon. Sylvestre Ndayizeye

6. Igisata c’imigenderanire: Kibuga Ramadhan

7. Igisata c’ubutunzi: Hon. Dénis Karera

8. Igisata c’abigeme: Hon Gloriose Ndayizeye, OPC2 Kabura Eugénie

9. Igisata c’amategeko : Marc , Hon. Jean Bosco Muhungu

10. Igisata c’umupira wo ku musenyi: Juma Musoma, Abubakar

Tubibutse ko ibibanza bimwe bimwe nk'ic'umunyamabanga mukuru canke ibindi bibanza vy'ubuhinga bijamwo abagenywe n'urwego nyobozi ruba rwatowe.


 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Primus League, umusi w'7

Les Jeunes 0-2 Aigle Noir
LLBS4A 2-1 Athletico Ol.
Flamb. Centre 0-1 Buja City
Messager N. 3-0 Delta Star
Ngozi City 0-1 Musongati
Olympic S. 1-0 Les Lierres
Messager Bja 0-1 Vital'O FC
Flamb. Est 1-0 Inter Star

 

Primus League, umusi w'8

Kuwa 21/10
Vital'O FC 15:00 (Ivyizigiro) Ngozi City
Les Jeunes At. 16:00 (PLR) Athletico Ol.
Olympic S. 15:00 (Umuco) LLBS4A
Kuwa 22/10
Buja City 14:00 (PLR) Delta Star
Inter Star 16:00 (PLR) Messager N.
Musongati FC 15:00 (Gitega) Flamb. Est