Primus League Burundi 2017-2018 :I higanwa ryaraye ritanguye ukuri kwamye.

Vyanditswe itariki 18/09/2017 isaha 17:43:04

 

Kw'igenekerezo rya 16/9/2017 mu ntara ya Ngozi niho hatanguzwa icese ihiganwa rishasha ry'umwaka w'umupira 2017-2018. Mugihe imigwi nka Aigle noir na Messager Ngozi ata kibazo yahuye igakinisha abakinyi bakwije ivyangombwa vyos, Olympic star w'i Muyinga hamwe na Flambeau de l'Est wo mu Ruyigi ntiyashoboye gushiramwo abakinyi bayo bashasha babo bivanye n'ingorane z'impusha (transferts) z'imigwi bakomokamwo (club d'origine) . Uku niko inkino 8 z’umusi wambere zagenze:

Kuwa gatandatu ,igenekerezo rya 16/9/2017

Aigle Noir FC 3-1 Flambeau de l'Est
Messager Ngozi FC 3-1 Olympic Star
Musongati 1-1 Athletico Olympic

Kuw'Imana ,igenekerezo rya 17/9/2017

Ngozi City 0-0 Bujumbura City
Les Lierres 4-2 Messager Bujumbura
Vital'O FC 1-0 Inter Stars
Flambeau du Centre 1-1 Les J.Athletic
LLBS4Africa 1-0 Delta Star

Inkino z'umusi wa kabiri w'ihiganwa ni kuwa gatatu n'uwakane amagenekerezo ya 20 na 21 Nyakanga 2017

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Primus League, umusi wa 19

Ngozi City 1-0 Athletico Ol.
Flamb. Centre 3-0 Delta Star
Buja City 3-1 Les Jeunes
Inter Star 1-0 Les Lierres
Messager N. 1-0 Aigle Noir
Vital'O FC 1-0 Flamb. Est