Athlétisme: Ihiganwa ryo ku rwego rw’igihugu ryaraye ritunganijwe mu gisagara ca Bujumbura

Vyanditswe itariki 10.06.2019

 

Hari kur’uyu w’Imana 09 Ruheshi 2019 ku kibuga benshi bazi kw’izina rya “Stade Olympique” mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura. Ishirahamwe rya Athletisme mu Burundi ryari riramutse ryakira abanonotsi bavuye mu migwi itandukanye yo mu gihugu cose, bakaba bahiganwa ku metero 100, 200, 400, 1500, 3000 hamwe n’5000 hongewemwo guhiganwa mu gusimba “Saut en Longueur” na “Triple saut”. Turabire hamwe uko bagiye barasumbasumbana:

 

Abanonotsi bo ku metero 3000, Bukuru Jean Marie, ihasa rya Butoyi Jean de Dieu asiganwa ku metero 1500, akaba ariwe yabenuriye

 

Uko abahiganywe bagiye barasumbasumbana mu mice itandukanye

 

100m

Abigeme :

1. Ndayiragije Adeline (imyaka 13/ Christ Roi Gitega) : 13?09
2. Niyonzima Christine (imyaka 16/ Christ Roi Gitega): 13”28
3. Bigirimana Claudette (imyaka 16 / Messager Bururi): 13”44

Abasore:

1. Ndayishimiye Eric (imyaka 22 / Muzinga AMABU): 11”09
2. Bigirimana Adronis (imyaka 16 / Christ Roi Gitega): 11”35
3. Nsabimana Innocent (imyaka 25/ Muzinga AMABU): 11”62


200m

Abigeme:

1. Bigirimana Claudette (imyaka16/ Messager Bururi): 27”21
2. Ndayiragije Adeline (imyaka 13/ Christ Roi Gitega): 27”68
3. Niyonzima Christine (imyaka 16/ Christ Roi Gitega): 28”12

Abasore:

1. Bigirimana Adronis (imyaka 16/ Chris Roi Gitega): 23”18
2. Ndayishimiye Eric (imyaka 22 / Muzinga AMABU): 23”38
3. Nsabimana Innocent (imyaka 25 / Muzinga AMABU): 23”62


400m

Abigeme:

1. Vyukusenge Chanelle (imyaka 18/ Messager Bururi): 59”87
2. Niyimbona Agnes (imyaka 15 / Garukirabanonotsi Bubanza) : 1’02?69
3. Nshimirimana Annonciate (imyaka 20 / Christ Roi Gitega) : 1’03?54

Abasore :

1. Niyubuntu Emmanuel (imyaka 23 / Miroir de l’Avenir Bubanza) : 50?43
2. Ndayambaje Prosper (imyaka 21/ Muzinga AMABU) : 50?68
3. Ingabire Billy Carl (imyaka 19 / ABA AMABU): 51?76


800m

Abigeme:

1. Vyukusenge Chanelle (imyaka 18/ Messager Bururi): 2’12”85
2. Ndayikengurutse Violette (imyaka 20 / Nyakararo Messager) : 2’16?97
3. Nduwayezu Micheline (imyaka 18/ Notre Avenir Kayanza): 2’18”96

Abasore :

1. Niyonkuru Prosper (imyaka 19 / Muzinga AMABU) : 1’51?71
2. Kabura Désiré (imyaka 19/ Messager Bururi): 1’52”77
3. Niyubuntu Emmanuel (imyaka 23/ Miroir Bubanza) : 1’53?07


1500m

Abigeme :

1. Nshemezimana Dévotte (imyaka 18 / Messager Bururi) : 4’39?44
2. Iradukunda Elinée (imyaka 19 / Notre Avenir Kayanza) : 4’44?29
3. Nduwimana Divine (imyaka 19 / Muramvya) : 4’47?56

Abasore:

1. Butoyi Jean de Dieu (imyaka 17 / Aigle Noir Mugamba) : 3’54?71
2. Nduwimana Egide (imyaka 21 / ABA AMABU) : 3’57?21
3. Nsabimana Claude (imyaka 20 / Messager Ngozi): 3’57?41


3000m

Abigeme :

1. Nintije Odile (imyaka 17 / Aigle Noir Nyakararo) : 10’02?93
2. Niragira Irène (imyaka 16 / Aigle Noir Mugamba) : 10’12?09
3. Niyonemera Angelique (imyaka 16/ Messager Bururi) : 10’17?61

Abasore :

1. Bukuru Jean Marie (imyaka 17/ Aigle Noir Mugamba) : 8’21?58
2. Habumukiza Eloi (Messager Bururi) : 8’27?68
3. Ndayisenga Mélance (MAN Gitega) : 8’34?60


5000m

Abigeme:

1. Niyomwungere Francine (imyaka 21/ Muzinga AMABU): 17’20”15
2. Niyomahoro Micheline (imyaka 18 / Messager Bururi): 17’25”19
3. Niyonsaba Anitha (imyaka17 / Messager Bururi): 17’41”86

Abasore:

1. Kwizera Rodrigue (imyaka 19 / ABA AMABU): 13’59”75
2. Ntakarutimana Egide (imyaka 18 / ABA AMABU): 14’15”08
3. Bukuru Léonce (imyaka 17 / Messager Bururi): 14’20”45


Saut en Longueur

Abigeme :

1. Safi Marie Chanelle (imyaka 12 / ABA AMABU) : 4,19m
2. Ndayikengurukiye Edith (imyaka 19/ ABA AMABU) : 4,18m
3. Uwamahoro Darlène (imyaka 13/ ABA AMABU): 4,04m

Abasore:

1. Madjid Yussuf (imyaka 17 / OlympAfrica AMABU): 6,9m
2. Ihorihoze Bruce (imyaka 17 / OlympAfrica AMABU): 6,26m
3. Irambona Pacifique (imyaka 22 / Muzinga AMABU): 6,06m


Triple Saut

Abigeme:

1. Irakoze Verra (imyaka 17 / L.M Ngagara AMABU): 9,30m
2. Manirambona Rachelle (imyaka 16 / L.M Kamenge AMABU) : 9,08m
3. Niyizonderera Eliane (imyaka 16 / OlympAfrica AMABU) : 9,02m

Abasore:

1. Irambona Pacifique (imyaka 22 / Muzinga AMABU): 13,2m
2. Madjid Yussuf (imyaka 17 / OlympAfrica AMABU) : 13m
3. Havyarimana Thierry (imyaka 21/ E.A.B AMABU): 12,31m

 

 

Jason Neretse

 

 

Ico mwiyumvira kur'iyi nkuru :

 

 

 

Primus Ligue, umusi wa 1

Olympic S. 1-2 Musongati FC
Flamb. Centre 3-1 Kayanza Utd
BS Dynamic 0-1 Bumamuru
Inter Star 0-0 Messager N.
Athletico Ac. 4-0 Ngozi City
Buja City 1-2 LLBS4A
Aigle Noir 1-2 Les Lierres

Primus Ligue, umusi wa 2

Bumamuru 2-0 Flamb. Centre
Ngozi City 0-1 BS Dynamic
Buja City 3-2 Athletico Ac.
Musongati 2-0 Rukinzo FC
Messager N. 4-1 Olympic S.
Les Lierres 1-2 LLBS4A